1 Abakorinto 7:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko, umuntu wese mu Mukama yahamagawe ari umushumba ni uwidegemvya w’Umukama+; n’uwahamagawe ari uwidegemvya+ ni umushumba+ wa Kristu. Abagalatiya 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mbega none, mugira ngo ubu abo ndiko ngerageza gutuma banyurwa ni abantu canke Imana? Canke ndiko ndondera gushimisha abantu+? Hamwe noba ngishimisha abantu+, sinoba ndi umushumba wa Kristu+.
22 Kuko, umuntu wese mu Mukama yahamagawe ari umushumba ni uwidegemvya w’Umukama+; n’uwahamagawe ari uwidegemvya+ ni umushumba+ wa Kristu.
10 Mbega none, mugira ngo ubu abo ndiko ngerageza gutuma banyurwa ni abantu canke Imana? Canke ndiko ndondera gushimisha abantu+? Hamwe noba ngishimisha abantu+, sinoba ndi umushumba wa Kristu+.