Luka 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 na jewe nyene, kubera ko nakurikiranye neza ibintu vyose kuva mu ntango, nafashe ingingo yo kubikwandikira mu rukurikirane rwumvikana+, nyakwubahwa+ Tewofile+, Ivyakozwe 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Inkuru ya mbere, ewe Tewofile+, nayitunganije ku bintu vyose Yezu yatanguye gukora no kwigisha+,
3 na jewe nyene, kubera ko nakurikiranye neza ibintu vyose kuva mu ntango, nafashe ingingo yo kubikwandikira mu rukurikirane rwumvikana+, nyakwubahwa+ Tewofile+,