1 Abakorinto 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nimuhunge ubusambanyi+. Ikindi gicumuro cose umuntu yokora ni ic’inyuma y’umubiri wiwe, mugabo uwuza arakora ubusambanyi aba ariko acumura ku mubiri wiwe bwite+. Abanyefeso 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko ibi mubizi mukaba kandi muvyemera icese, yuko ata musambanyi+ canke umuntu ahumanye canke umunyamunoho+—bisobanura uwusenga ibigirwamana—azogira ico atorana mu bwami bwa Kristu n’Imana+.
18 Nimuhunge ubusambanyi+. Ikindi gicumuro cose umuntu yokora ni ic’inyuma y’umubiri wiwe, mugabo uwuza arakora ubusambanyi aba ariko acumura ku mubiri wiwe bwite+.
5 Kuko ibi mubizi mukaba kandi muvyemera icese, yuko ata musambanyi+ canke umuntu ahumanye canke umunyamunoho+—bisobanura uwusenga ibigirwamana—azogira ico atorana mu bwami bwa Kristu n’Imana+.