1 Abakorinto 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 atari kureka rwose abasambanyi+ bo muri iyi si+ canke abanyamunoho n’abanyazi canke abasenga ibigirwamana. Ahandiho mwobwirijwe kuva mw’isi koko+. Abanyefeso 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Iki rero ni co mvuga kandi nkagishingira intahe mu Mukama, yuko mutobandanya kugenda nk’uko abo mu mahanga+ bagendera mu bupfu bw’imizirikanyi yabo+,
10 atari kureka rwose abasambanyi+ bo muri iyi si+ canke abanyamunoho n’abanyazi canke abasenga ibigirwamana. Ahandiho mwobwirijwe kuva mw’isi koko+.
17 Iki rero ni co mvuga kandi nkagishingira intahe mu Mukama, yuko mutobandanya kugenda nk’uko abo mu mahanga+ bagendera mu bupfu bw’imizirikanyi yabo+,