Abalewi 11:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Kuko ndi Yehova Imana yanyu+; kandi mutegerezwa kwiyeza, kandi mutegerezwa kuba beranda+, kuko jewe ndi mweranda+. Ntimuze mwihumanishe ibiremwa bigwirirana na bimwe bigendagenda kw’isi. 1 Abakorinto 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 turabandikiye mwebwe shengero ry’Imana riri i Korinto+, mwebwe abejejwe+ mu bumwe na Kristu Yezu, bahamagariwe kuba aberanda+, hamwe n’abambaza bose ahantu hose izina+ ry’Umukama wacu, Yezu Kristu, Umukama wabo akaba n’uwacu+: Abaheburayo 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mukurikirane ukugiranira amahoro n’abantu bose+, na kwa kwezwa+ ata wuzoshobora kubona Umukama atagufise+, 1 Petero 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 mugabo, nk’uko wa Mweranda yabahamagara ari, namwe ubwanyu mube beranda mu ngeso zanyu zose+,
44 Kuko ndi Yehova Imana yanyu+; kandi mutegerezwa kwiyeza, kandi mutegerezwa kuba beranda+, kuko jewe ndi mweranda+. Ntimuze mwihumanishe ibiremwa bigwirirana na bimwe bigendagenda kw’isi.
2 turabandikiye mwebwe shengero ry’Imana riri i Korinto+, mwebwe abejejwe+ mu bumwe na Kristu Yezu, bahamagariwe kuba aberanda+, hamwe n’abambaza bose ahantu hose izina+ ry’Umukama wacu, Yezu Kristu, Umukama wabo akaba n’uwacu+:
14 Mukurikirane ukugiranira amahoro n’abantu bose+, na kwa kwezwa+ ata wuzoshobora kubona Umukama atagufise+,