ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 11:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Avuga ivyo bintu, hanyuma ababwira ati: “Lazaro umugenzi wacu araruhutse, mugabo ndagiyeyo kumukangura mw’itiro+.”

  • Ivyakozwe 7:60
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 60 Maze arapfukama, asemerera n’ijwi rikomeye ati: “Yehova, ntubaharureko iki gicumuro+.” Ahejeje kuvuga ivyo aca arasinzira mu rupfu.

  • 1 Abakorinto 15:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Inyuma y’ivyo yiyeretse bene wacu barenga amajana atanu icarimwe, benshi muri bo bakaba bakiriho n’ubu+, mugabo bamwe barasinziriye mu rupfu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika