1 Abakorinto 15:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nimba cokimwe n’abantu nararwaniye n’ibikoko i Efeso+, bimariye iki? Nimba abapfuye batazurwa, “twirire twinywere, kuko ejo tuzopfa+.” Abanyefeso 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 mwibuke yuko ico gihe nyene mutari mufise Kristu+, mukaba mwari mwarigijwe kure+ y’ihanga rya Isirayeli mukaba na ba kavantara ku masezerano y’umuhango+, nta n’icizigiro mwari mufise+, kandi nta Mana mwagira mw’isi+.
32 Nimba cokimwe n’abantu nararwaniye n’ibikoko i Efeso+, bimariye iki? Nimba abapfuye batazurwa, “twirire twinywere, kuko ejo tuzopfa+.”
12 mwibuke yuko ico gihe nyene mutari mufise Kristu+, mukaba mwari mwarigijwe kure+ y’ihanga rya Isirayeli mukaba na ba kavantara ku masezerano y’umuhango+, nta n’icizigiro mwari mufise+, kandi nta Mana mwagira mw’isi+.