Ivyakozwe 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 Buno bafata urugendo baca i Amfipoli n’i Apoloniya hanyuma baza i Tesalonika+, ahari isinagogi y’Abayuda. 2 Abatesalonika 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 eka kandi nta n’umwe twaririye ibifungurwa ku buntu+. Ahubwo riho, mu kubira akuya no mu gucumukura+ ijoro n’umurango, twarakora kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe turemeka umuzigo uzimvye+.
17 Buno bafata urugendo baca i Amfipoli n’i Apoloniya hanyuma baza i Tesalonika+, ahari isinagogi y’Abayuda.
8 eka kandi nta n’umwe twaririye ibifungurwa ku buntu+. Ahubwo riho, mu kubira akuya no mu gucumukura+ ijoro n’umurango, twarakora kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe turemeka umuzigo uzimvye+.