Imigani 28:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Uwukangīra umuntu+, mu nyuma azoronka ubutoni bwinshi kuruta uwuryosharyosha n’ururimi rwiwe. Imigani 29:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umuntu w’umugabo aryosharyosha umugenzi wiwe+ aba ateze urusenga intambuko ziwe+.