2 Abakorinto 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 yamara igihe nari kumwe namwe ngakena, nta n’umwe nabereye umuzigo+, kuko bene wacu bavuye i Makedoniya+ bandonkeje cane ivyo nari mpajije. Emwe, naririnze kubabera umuzigo mu buryo bwose kandi nzobandanya gutyo+. 2 Abatesalonika 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 eka kandi nta n’umwe twaririye ibifungurwa ku buntu+. Ahubwo riho, mu kubira akuya no mu gucumukura+ ijoro n’umurango, twarakora kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe turemeka umuzigo uzimvye+. 2 Abatesalonika 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nkako kandi, igihe twari kumwe namwe, twahora tubaha iri tegeko+: “Nimba hari uwudashaka gukora, no kurya ntarye+.”
9 yamara igihe nari kumwe namwe ngakena, nta n’umwe nabereye umuzigo+, kuko bene wacu bavuye i Makedoniya+ bandonkeje cane ivyo nari mpajije. Emwe, naririnze kubabera umuzigo mu buryo bwose kandi nzobandanya gutyo+.
8 eka kandi nta n’umwe twaririye ibifungurwa ku buntu+. Ahubwo riho, mu kubira akuya no mu gucumukura+ ijoro n’umurango, twarakora kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe turemeka umuzigo uzimvye+.
10 Nkako kandi, igihe twari kumwe namwe, twahora tubaha iri tegeko+: “Nimba hari uwudashaka gukora, no kurya ntarye+.”