Ivyakozwe 14:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 bakomeza imitima y’abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera bavuga kandi bati: “Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.” Abanyefeso 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ni co gituma ndabasaba kudateshwa ngo mute bitumwe n’aya makuba+ ndimwo ku bwanyu, kuko aya asobanura ubuninahazwa kuri mwebwe.
22 bakomeza imitima y’abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera bavuga kandi bati: “Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.”
13 Ni co gituma ndabasaba kudateshwa ngo mute bitumwe n’aya makuba+ ndimwo ku bwanyu, kuko aya asobanura ubuninahazwa kuri mwebwe.