Abaroma 13:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntihagire uwo mugirira umwenda w’ikintu na kimwe+, atari ugukundana+; kuko uwukunda mugenziwe aba ashikije itegeko+. Yakobo 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nimba rero mushitsa neza rya tegeko ry’i bwami+ nk’uko icanditswe kivuga, ngo: “Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+,” muriko mugira neza cane. 1 Petero 1:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ubu ko mwatyoroye+ ubuzima bwanyu biciye ku kugamburukira ukuri, bikavamwo ukwiyumvamwo abavukanyi kutagiramwo ubwiyorobetsi+, mukundane cane bivuye ku mutima+.
8 Ntihagire uwo mugirira umwenda w’ikintu na kimwe+, atari ugukundana+; kuko uwukunda mugenziwe aba ashikije itegeko+.
8 Nimba rero mushitsa neza rya tegeko ry’i bwami+ nk’uko icanditswe kivuga, ngo: “Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+,” muriko mugira neza cane.
22 Ubu ko mwatyoroye+ ubuzima bwanyu biciye ku kugamburukira ukuri, bikavamwo ukwiyumvamwo abavukanyi kutagiramwo ubwiyorobetsi+, mukundane cane bivuye ku mutima+.