2 Abatesalonika 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ivyo bituma ubwacu tubīshimira+ mu mashengero y’Imana, kubera ukwihangana kwanyu n’ukwizera kwanyu mu ruhamo murimwo rwose n’amakuba muriko murihanganira+.
4 Ivyo bituma ubwacu tubīshimira+ mu mashengero y’Imana, kubera ukwihangana kwanyu n’ukwizera kwanyu mu ruhamo murimwo rwose n’amakuba muriko murihanganira+.