Abaroma 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ni vyiza! Kubera ukutizera+ kwabo barahanyuwe, mugabo wewe uhagaze ubihawe n’ukwizera+. Reka kugira ivyiyumviro vyo kwishira hejuru+, ahubwo tinya+. 1 Abakorinto 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nanje rero ga bene wacu, ndabamenyesha inkuru nziza+ nabamenyesheje+, iyo kandi mwakiriye, ari na yo kandi muhagazemwo+, Abafilipi 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko rero, bene wacu nkunda kandi nkumbuye, kanyamuneza kanje n’urugori rwanje+, muhagarare mushikamye+ gutyo mu Mukama, bakundwa.
20 Ni vyiza! Kubera ukutizera+ kwabo barahanyuwe, mugabo wewe uhagaze ubihawe n’ukwizera+. Reka kugira ivyiyumviro vyo kwishira hejuru+, ahubwo tinya+.
15 Nanje rero ga bene wacu, ndabamenyesha inkuru nziza+ nabamenyesheje+, iyo kandi mwakiriye, ari na yo kandi muhagazemwo+,
4 Nuko rero, bene wacu nkunda kandi nkumbuye, kanyamuneza kanje n’urugori rwanje+, muhagarare mushikamye+ gutyo mu Mukama, bakundwa.