1 Abatesalonika 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ariko ku bijanye n’urukundo rwa kivukanyi+, ntimukeneye ko tubandikira, kuko mwebwe ubwanyu mwigishijwe n’Imana+ gukundana+; 2 Petero 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 ukwihebera Imana kwanyu mukuronse ukwiyumvamwo abavukanyi, ukwiyumvamwo abavukanyi mukuronse urukundo+.
9 Ariko ku bijanye n’urukundo rwa kivukanyi+, ntimukeneye ko tubandikira, kuko mwebwe ubwanyu mwigishijwe n’Imana+ gukundana+;
7 ukwihebera Imana kwanyu mukuronse ukwiyumvamwo abavukanyi, ukwiyumvamwo abavukanyi mukuronse urukundo+.