Abaroma 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 ariko ku banyamahane+ kandi bagambararira ukuri+ mugabo bakagamburukira ibitagororotse hazoba uburake n’ishavu+, Abaheburayo 10:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 None mwiyumvira ko kizoba gikaze ukungana iki igihano+ gikwiriye umuntu yahonyanze+ Umwana w’Imana kandi agafata ibisanzwe amaraso+ y’isezerano ubwiwe yezeshejwe, akongera agatuka ya mpwemu+ y’ubuntu ata wari abukwiriye n’akagaye n’akantu?
8 ariko ku banyamahane+ kandi bagambararira ukuri+ mugabo bakagamburukira ibitagororotse hazoba uburake n’ishavu+,
29 None mwiyumvira ko kizoba gikaze ukungana iki igihano+ gikwiriye umuntu yahonyanze+ Umwana w’Imana kandi agafata ibisanzwe amaraso+ y’isezerano ubwiwe yezeshejwe, akongera agatuka ya mpwemu+ y’ubuntu ata wari abukwiriye n’akagaye n’akantu?