Luka 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Intumwa zibwira Umukama ziti: “Twongerereze ukwizera+.” 1 Abatesalonika 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Vyongeye, Umukama abahe kwongerekana+, egome, abahe kugwira, mu rukundo+ mugiriranira mukarugirira na bose, nk’uko natwe turubagirira;
12 Vyongeye, Umukama abahe kwongerekana+, egome, abahe kugwira, mu rukundo+ mugiriranira mukarugirira na bose, nk’uko natwe turubagirira;