ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 13:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Igihe abantu bari basinziriye, umwansi wiwe araza abiba icatsi kibi mu ngano, arigira.

  • 1 Timoteyo 4:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ariko ijambo ryahumetswe rivuga ritomora yuko mu bihe bizoza+ bamwe bazota+ ukwizera, bagakurikira amajambo y’amahumekano azimiza+ be n’inyigisho z’amadayimoni*+,

  • 2 Timoteyo 2:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Abo bantu nyene barataye ukuri+, bavuga ko izuka rimaze kuba+; kandi bariko baratembagaza ukwizera kwa bamwe+.

  • 2 Timoteyo 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko hazoshika igihe aho batazokwihanganira ya nyigisho ngirakamaro+, mugabo nk’uko ivyipfuzo vyabo bwite biri, bazokwirundaniriza abigisha kugira ngo amatwi yabo yagazwe+;

  • 2 Petero 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ariko rero harabayeho kandi abahanuzi b’ikinyoma mu bantu, nk’uko kandi hazobaho abigisha b’ikinyoma muri mwebwe+. Abo nyene bazokwinjiza mu mpisho imice isambura, kandi bazokwihakana mbere shebuja yabaguze+, ubwabo bikwegere agatikizo kanyaruka.

  • 1 Yohani 2:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Bana batoyi, iyi ni yo saha ya nyuma+, kandi, nk’uko mwumvise yuko antikristu* ariko araza+, n’ubu haramaze kubaho ba antikristu benshi+; ico kikaba ari co tumenyerako yuko iyi ari yo saha ya nyuma.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika