Matayo 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Mwiyubare abahanuzi b’ikinyoma+ baza kuri mwebwe bambaye nk’intama+ mugabo imbere muri bo ari amabingira y’amarara+. Matayo 13:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Umwana w’umuntu azotuma abamarayika biwe, na bo begeranye ibintu vyose bitsitaza+ be n’abantu bakora ivy’ubugarariji, babikure mu bwami bwiwe Matayo 24:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuko ba Kristu b’ikinyoma+ n’abahanuzi b’ikinyoma+ bazohaguruka, kandi bazokora ibimenyetso+ n’ibitangaza bikomeye kugira ngo bishobotse bazimize n’abatowe+. Ivyakozwe 20:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ndazi yuko ninamara kugenda amabingira y’agahahazo+ azokwinjira muri mwebwe kandi ntazofatana ikibabarwe ubusho, 2 Yohani 7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko abahendanyi benshi badutse mw’isi+, abantu batemera icese Yezu Kristu ko yaje mu mubiri+. Uwugira ivyo ni we muhendanyi+ na antikristu*+.
15 “Mwiyubare abahanuzi b’ikinyoma+ baza kuri mwebwe bambaye nk’intama+ mugabo imbere muri bo ari amabingira y’amarara+.
41 Umwana w’umuntu azotuma abamarayika biwe, na bo begeranye ibintu vyose bitsitaza+ be n’abantu bakora ivy’ubugarariji, babikure mu bwami bwiwe
24 Kuko ba Kristu b’ikinyoma+ n’abahanuzi b’ikinyoma+ bazohaguruka, kandi bazokora ibimenyetso+ n’ibitangaza bikomeye kugira ngo bishobotse bazimize n’abatowe+.
29 Ndazi yuko ninamara kugenda amabingira y’agahahazo+ azokwinjira muri mwebwe kandi ntazofatana ikibabarwe ubusho,
7 Kuko abahendanyi benshi badutse mw’isi+, abantu batemera icese Yezu Kristu ko yaje mu mubiri+. Uwugira ivyo ni we muhendanyi+ na antikristu*+.