Ivyakozwe 20:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ndazi yuko ninamara kugenda amabingira y’agahahazo+ azokwinjira muri mwebwe kandi ntazofatana ikibabarwe ubusho, 1 Abakorinto 11:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kuko hategerezwa kandi kubaho imice+ muri mwebwe, kugira ngo abashimwa na bo nyene bibonekeze muri mwebwe+. 1 Yohani 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Bana batoyi, iyi ni yo saha ya nyuma+, kandi, nk’uko mwumvise yuko antikristu* ariko araza+, n’ubu haramaze kubaho ba antikristu benshi+; ico kikaba ari co tumenyerako yuko iyi ari yo saha ya nyuma.
29 Ndazi yuko ninamara kugenda amabingira y’agahahazo+ azokwinjira muri mwebwe kandi ntazofatana ikibabarwe ubusho,
19 Kuko hategerezwa kandi kubaho imice+ muri mwebwe, kugira ngo abashimwa na bo nyene bibonekeze muri mwebwe+.
18 Bana batoyi, iyi ni yo saha ya nyuma+, kandi, nk’uko mwumvise yuko antikristu* ariko araza+, n’ubu haramaze kubaho ba antikristu benshi+; ico kikaba ari co tumenyerako yuko iyi ari yo saha ya nyuma.