2 Timoteyo 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko ubu ndiko ndasukwa nk’ishikanwa ry’ikinyobwa+, kandi igihe c’ukubohorwa kwanje+ kirashitse. 2 Petero 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 nzi yuko vuba igihe co kwambura itaberenakulo yanje kiri hafi+, nk’uko n’Umukama wacu Yezu Kristu yabinyeretse+.
14 nzi yuko vuba igihe co kwambura itaberenakulo yanje kiri hafi+, nk’uko n’Umukama wacu Yezu Kristu yabinyeretse+.