Yeremiya 17:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ewe Yehova, cizigiro ca Isirayeli+, abaguheba bose bazomaramara+. Abakuvako bakaba abahuni+ bazokwandikwa mw’ivu, kuko bahevye isôko ry’amazi mazima, ari ryo Yehova+. Ivyahishuwe 22:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hanze hari imbwa+ n’abakora ivy’ubupfumu+ n’abasambanyi+ n’abicanyi n’abasenga ibigirwamana, n’umuntu wese akunda kandi ashishikara ikinyoma+.’
13 Ewe Yehova, cizigiro ca Isirayeli+, abaguheba bose bazomaramara+. Abakuvako bakaba abahuni+ bazokwandikwa mw’ivu, kuko bahevye isôko ry’amazi mazima, ari ryo Yehova+.
15 Hanze hari imbwa+ n’abakora ivy’ubupfumu+ n’abasambanyi+ n’abicanyi n’abasenga ibigirwamana, n’umuntu wese akunda kandi ashishikara ikinyoma+.’