Matayo 24:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 kandi kubera ukwongerekana kw’ubugarariji+, urukundo rwa benshi ruzokanya+. Yuda 19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Abo ni bo bazana amacakubiri+, abantu b’ibikoko+, batagira impwemu+.