ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 1:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Kuko uguhemuka+ kw’abantu batazi utuntu n’utundi ari kwo kuzobica+, kandi ukwiyorohereza kw’ibijuju ni kwo kuzobirandura+.

  • Abaroma 1:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kuko uburake bw’Imana+ buriko burahishurwa buvuye mw’ijuru ngo bururumbire ukutibanga Imana kwose n’ukutagororoka kwose+ kw’abantu bakandamiza ukuri+ mu nzira zitagororotse+,

  • Yuda 4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Impamvu mfise ni uko hari abantu bamwebamwe bisobetse muri twebwe+ bagenewe+ urwo rubanza+ kera n’Ivyanditswe, abantu batibanga Imana+, bahindura ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana yacu icitwazo c’ubushirasoni*+ kandi bakihakana+ umwe Databuja+ wacu rudende, akaba n’Umukama+, Yezu Kristu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika