ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Timoteyo 6:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ewe Timoteyo, rinda ico wabikijwe+, uhunge amajambo agaragara asiga iceyi ibintu vyeranda, uhunge n’amajambo avuguruzanya y’ivyitwa ngo ni “ubumenyi+.”

  • 2 Timoteyo 2:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Guma ubibutsa+ ibi bintu, ubategeke+ imbere y’Imana nka yo cabona+, kutarwana bapfa amajambo+, kikaba ari ikintu ata na kimwe kimaze, kuko conona abumviriza.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika