Imigani 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Uwugenzwa no kubeshera abandi+ ahishura ikiyago c’akabanga+, mugabo umuntu w’umutima wizigirwa arahisha ikintu+. 1 Timoteyo 5:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ico gihe nyene bariga kandi kutagira ico bakora, bayerera mu mihana; emwe, si ukuba gusa abatagira ico bakora, mugabo ni n’abanyarusaku n’abita mu vy’abandi+, bakaganira ivyo batari bakwiye kuganira.
13 Uwugenzwa no kubeshera abandi+ ahishura ikiyago c’akabanga+, mugabo umuntu w’umutima wizigirwa arahisha ikintu+.
13 Ico gihe nyene bariga kandi kutagira ico bakora, bayerera mu mihana; emwe, si ukuba gusa abatagira ico bakora, mugabo ni n’abanyarusaku n’abita mu vy’abandi+, bakaganira ivyo batari bakwiye kuganira.