Tito 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 N’abatamakazi+ nyene bagire inyifato y’abantu batinya Imana, ntibabe abambika ibara abandi+ canke abaja b’umuvinyu mwinshi, babe abigisha b’ivyiza;
3 N’abatamakazi+ nyene bagire inyifato y’abantu batinya Imana, ntibabe abambika ibara abandi+ canke abaja b’umuvinyu mwinshi, babe abigisha b’ivyiza;