Ivyakozwe 20:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 kandi muri mwebwe ubwanyu hazohaguruka abagabo bavuge ibigoramanze+ kugira ngo bakwegere abigishwa inyuma yabo+. 2 Timoteyo 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo uzibukire amajambo ata co arimwo asiga iceyi ibintu vyeranda+; kuko bazogenda barushiriza kutibanga Imana+, 2 Petero 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Vyongeye, babigiranye umwina bazobarya imitsi bakoresheje amajambo y’uruhendo+. Mugabo ku biberekeye, urubanza rwo kuva kera+ ntiruriko rurikwega, n’ugutikizwa kwabo ntigusinziriye+.
30 kandi muri mwebwe ubwanyu hazohaguruka abagabo bavuge ibigoramanze+ kugira ngo bakwegere abigishwa inyuma yabo+.
16 Mugabo uzibukire amajambo ata co arimwo asiga iceyi ibintu vyeranda+; kuko bazogenda barushiriza kutibanga Imana+,
3 Vyongeye, babigiranye umwina bazobarya imitsi bakoresheje amajambo y’uruhendo+. Mugabo ku biberekeye, urubanza rwo kuva kera+ ntiruriko rurikwega, n’ugutikizwa kwabo ntigusinziriye+.