Ivyakozwe 24:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Muri ivyo koko ni ho ndiko nihata ubudahengeshanya ngo ngire ijwi ryo mu mutima+ rimbwira ko ata kibi ndiko nkorera Imana n’abantu. 1 Timoteyo 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu vy’ukuri intumbero y’iryo bwirizwa ni urukundo+ ruva ku mutima udahumanye+ no kw’ijwi ryo mu mutima ryiza+ be no ku kwizera kutagira ubwiyorobetsi+. Abaheburayo 10:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 twegere dufise imitima nyakuri, dufise ugushira amazinda gukwiye kuvuye ku kwizera, imitima yacu imijagiwe igakurwamwo ijwi ribi+ n’imibiri yacu yuhagijwe amazi atyoroye+.
16 Muri ivyo koko ni ho ndiko nihata ubudahengeshanya ngo ngire ijwi ryo mu mutima+ rimbwira ko ata kibi ndiko nkorera Imana n’abantu.
5 Mu vy’ukuri intumbero y’iryo bwirizwa ni urukundo+ ruva ku mutima udahumanye+ no kw’ijwi ryo mu mutima ryiza+ be no ku kwizera kutagira ubwiyorobetsi+.
22 twegere dufise imitima nyakuri, dufise ugushira amazinda gukwiye kuvuye ku kwizera, imitima yacu imijagiwe igakurwamwo ijwi ribi+ n’imibiri yacu yuhagijwe amazi atyoroye+.