Luka 2:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 kandi ico gihe yari umupfakazi+ w’imyaka mirongo umunani n’ine), atigera ahara mu rusengero, akora igikorwa ceranda ijoro n’umurango+ yisonzesha yongera atakamba. Luka 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze abandanya kubaha ikigereranyo ku vy’uko bikenewe ko bama basenga kandi ntibadebukirwe+,
37 kandi ico gihe yari umupfakazi+ w’imyaka mirongo umunani n’ine), atigera ahara mu rusengero, akora igikorwa ceranda ijoro n’umurango+ yisonzesha yongera atakamba.