Abanyefeso 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Vyongeye, ni mwebwe Imana yagize bazima naho mwari mwarapfiriye mu makosa yanyu n’ibicumuro vyanyu+, Abakolosayi 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ikigeretseko, naho mwari mwarapfiriye mu makosa yanyu no mu kutagenyerwa kw’umubiri wanyu, Imana yarabagize bazima hamwe na we+. Yaratubabariye n’umutima mwiza amakosa yacu yose+,
2 Vyongeye, ni mwebwe Imana yagize bazima naho mwari mwarapfiriye mu makosa yanyu n’ibicumuro vyanyu+,
13 Ikigeretseko, naho mwari mwarapfiriye mu makosa yanyu no mu kutagenyerwa kw’umubiri wanyu, Imana yarabagize bazima hamwe na we+. Yaratubabariye n’umutima mwiza amakosa yacu yose+,