2 Abatesalonika 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko twumva ko hari bamwe batagendera ku rutonde+ muri mwebwe, badakora na gatoyi, mugabo bita mu bitabaraba+. 1 Timoteyo 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Abagore na bo nyene bakwiye kuba abadafyina, ntibabe abambika ibara abandi+, babe batarenza urugero mu ngeso+, bizigirwa muri vyose+. 1 Petero 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ariko ntihagire n’umwe muri mwebwe ababazwa+ ahorwa kuba ari umwicanyi canke igisuma canke inkozi y’ikibi canke uwita+ mu vy’abandi.
11 Kuko twumva ko hari bamwe batagendera ku rutonde+ muri mwebwe, badakora na gatoyi, mugabo bita mu bitabaraba+.
11 Abagore na bo nyene bakwiye kuba abadafyina, ntibabe abambika ibara abandi+, babe batarenza urugero mu ngeso+, bizigirwa muri vyose+.
15 Ariko ntihagire n’umwe muri mwebwe ababazwa+ ahorwa kuba ari umwicanyi canke igisuma canke inkozi y’ikibi canke uwita+ mu vy’abandi.