1 Timoteyo 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ariko azozigamwa biciye ku kwibaruka+, bapfe gusa kuguma mu kwizera no mu rukundo no mu kwezwa hamwe n’ukurorana kw’umuzirikanyi+.
15 Ariko azozigamwa biciye ku kwibaruka+, bapfe gusa kuguma mu kwizera no mu rukundo no mu kwezwa hamwe n’ukurorana kw’umuzirikanyi+.