Matayo 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Namwe nyene mureke umuco+ wanyu wakire imbere y’abantu, kugira babone ibikorwa vyanyu vyiza+ hanyuma baninahaze+ So ari mw’ijuru. 1 Timoteyo 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Vyongeye, akwiye kandi kuba ashingirwa intahe nziza n’abantu bo hanze+, kugira ntagwe mu ceyi no mu mutego+ wa Shetani.
16 Namwe nyene mureke umuco+ wanyu wakire imbere y’abantu, kugira babone ibikorwa vyanyu vyiza+ hanyuma baninahaze+ So ari mw’ijuru.
7 Vyongeye, akwiye kandi kuba ashingirwa intahe nziza n’abantu bo hanze+, kugira ntagwe mu ceyi no mu mutego+ wa Shetani.