Tito 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Jewe Paulo, umushumba+ w’Imana akaba n’intumwa+ ya Yezu Kristu hisunzwe ukwizera kw’abatowe+ b’Imana be n’ubumenyi butagira amakosa+ bwerekeye ukuri+ guhuye n’ukwihebera Imana+,
1 Jewe Paulo, umushumba+ w’Imana akaba n’intumwa+ ya Yezu Kristu hisunzwe ukwizera kw’abatowe+ b’Imana be n’ubumenyi butagira amakosa+ bwerekeye ukuri+ guhuye n’ukwihebera Imana+,