Abaroma 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ku bw’ivyo rero ndabinginga, bene wacu, ku bw’impuhwe z’Imana, ngo mushikirize imibiri+ yanyu nk’ikimazi+ kizima+, ceranda+, cemerwa ku Mana+, igikorwa ceranda+ kijana n’ububasha bwanyu bwo kwiyumvira+. 1 Timoteyo 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Egome, ibanga ryeranda+ ry’ukwo kwihebera Imana nta wobura kwemera ko rikomeye: ‘Yerekanywe mu mubiri+, yitwa umugororotsi mu mpwemu+, abonekera abamarayika+, yamamazwa mu mahanga+, yemerwa mw’isi+, yakirwa mw’ijuru mu buninahazwa+.’
12 Ku bw’ivyo rero ndabinginga, bene wacu, ku bw’impuhwe z’Imana, ngo mushikirize imibiri+ yanyu nk’ikimazi+ kizima+, ceranda+, cemerwa ku Mana+, igikorwa ceranda+ kijana n’ububasha bwanyu bwo kwiyumvira+.
16 Egome, ibanga ryeranda+ ry’ukwo kwihebera Imana nta wobura kwemera ko rikomeye: ‘Yerekanywe mu mubiri+, yitwa umugororotsi mu mpwemu+, abonekera abamarayika+, yamamazwa mu mahanga+, yemerwa mw’isi+, yakirwa mw’ijuru mu buninahazwa+.’