1 Abakorinto 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 muhe mwene uwo muntu Shetani+ kugira ngo umubiri utikizwe, ngo impwemu+ ize ikizwe ku musi w’Umukama+. 1 Abakorinto 5:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Imana na yo igacira urubanza abo hanze+? “Nimukure uwo mubisha muri mwebwe+.”
5 muhe mwene uwo muntu Shetani+ kugira ngo umubiri utikizwe, ngo impwemu+ ize ikizwe ku musi w’Umukama+.