Imigani 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umuhuni, biciye ku kanwa kiwe, akwegera mugenziwe guhona+, mugabo abagororotsi batabarwa n’ubumenyi+. Ivyakozwe 13:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Abayuda ngo babone nya masinzi, buzura ishari+, batangura guharira ibivugwa na Paulo barogota+.
9 Umuhuni, biciye ku kanwa kiwe, akwegera mugenziwe guhona+, mugabo abagororotsi batabarwa n’ubumenyi+.