1 Timoteyo 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu vy’ukuri intumbero y’iryo bwirizwa ni urukundo+ ruva ku mutima udahumanye+ no kw’ijwi ryo mu mutima ryiza+ be no ku kwizera kutagira ubwiyorobetsi+. 1 Timoteyo 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Niwaha izi mpanuro bene wacu uzoba uri umusuku mwiza wa Kristu Yezu, yagaburiwe amajambo y’ukwizera be n’inyigisho nziza+ wakurikiraniye hafi+.
5 Mu vy’ukuri intumbero y’iryo bwirizwa ni urukundo+ ruva ku mutima udahumanye+ no kw’ijwi ryo mu mutima ryiza+ be no ku kwizera kutagira ubwiyorobetsi+.
6 Niwaha izi mpanuro bene wacu uzoba uri umusuku mwiza wa Kristu Yezu, yagaburiwe amajambo y’ukwizera be n’inyigisho nziza+ wakurikiraniye hafi+.