2 Timoteyo 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntuterwe isoni rero n’intahe yerekeye Umukama wacu+, canke ngo uziterwe na jewe uwabaye imbohe ku bwiwe+, ahubwo wemere umugabane wawe mu kwihanganira imibabaro+ ku bw’inkuru nziza nk’uko ububasha bw’Imana buri+. 2 Timoteyo 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bwa musoda mwiza+ wa Kristu Yezu, wemere umugabane wawe mu kwihanganira imibabaro+.
8 Ntuterwe isoni rero n’intahe yerekeye Umukama wacu+, canke ngo uziterwe na jewe uwabaye imbohe ku bwiwe+, ahubwo wemere umugabane wawe mu kwihanganira imibabaro+ ku bw’inkuru nziza nk’uko ububasha bw’Imana buri+.