Ivyakozwe 23:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo ijoro rikurikira, Umukama ahagarara iruhande yiwe+, avuga ati: “Gira umutima rugabo+! Kuko nk’uko umaze igihe ushinga intahe inogangije+ ku binyerekeye i Yeruzalemu, ni na ko utegerezwa gushinga intahe i Roma+.” Ivyakozwe 27:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kuko muri iri joro iruhande yanje hahagaze umumarayika+ w’Imana negukira, ari na yo nkorera igikorwa ceranda+,
11 Mugabo ijoro rikurikira, Umukama ahagarara iruhande yiwe+, avuga ati: “Gira umutima rugabo+! Kuko nk’uko umaze igihe ushinga intahe inogangije+ ku binyerekeye i Yeruzalemu, ni na ko utegerezwa gushinga intahe i Roma+.”
23 Kuko muri iri joro iruhande yanje hahagaze umumarayika+ w’Imana negukira, ari na yo nkorera igikorwa ceranda+,