Ivyakozwe 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko nzomwereka neza ibintu vyose bitegerezwa kumushikira ku bw’izina ryanje+.” Abanyefeso 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kubera ivyo, jewe Paulo, imbohe+ ya Kristu Yezu ku bwanyu, mwebwe abanyamahanga+... 1 Petero 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko rero, n’abariko bababazwa mu buryo buhuye n’ukugomba kw’Imana nibagume baragiza ubuzima bwabo Umuremyi w’umwizigirwa mu gihe bariko bakora iciza+.
19 Nuko rero, n’abariko bababazwa mu buryo buhuye n’ukugomba kw’Imana nibagume baragiza ubuzima bwabo Umuremyi w’umwizigirwa mu gihe bariko bakora iciza+.