2 Timoteyo 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Luka wenyene ni we ari kumwe nanje. Hitana Mariko muzanane, kuko ambera kirumara+ ku bw’igikorwa c’ubusuku.
11 Luka wenyene ni we ari kumwe nanje. Hitana Mariko muzanane, kuko ambera kirumara+ ku bw’igikorwa c’ubusuku.