Abanyefeso 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ni co gituma na jewe, kuva aho numviye ukwizera mufise mu Mukama Yezu no ku bijanye n’aberanda bose+, Abakolosayi 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kuva igihe twumva ivy’ukwizera kwanyu mu bijanye na Kristu Yezu be n’urukundo mufitiye aberanda bose+
15 Ni co gituma na jewe, kuva aho numviye ukwizera mufise mu Mukama Yezu no ku bijanye n’aberanda bose+,
4 kuva igihe twumva ivy’ukwizera kwanyu mu bijanye na Kristu Yezu be n’urukundo mufitiye aberanda bose+