Guharura 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Amaherezo Yehova abwira Musa ati: “Aba bantu bazogeza ryari+ kutanyubaha+, kandi bazogeza ryari kutanyizera uravye ibimenyetso vyose nakoreye muri bo+? Zaburi 78:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ntibari bakwiye gucika nka ba sekuruza babo+,Iyaruka ry’akagagazo kandi ry’irigarariji+,Iyaruka ry’abatari barateguye umutima wabo+,Kandi umutima wabo ntube umwizigirwa ku Mana+.
11 Amaherezo Yehova abwira Musa ati: “Aba bantu bazogeza ryari+ kutanyubaha+, kandi bazogeza ryari kutanyizera uravye ibimenyetso vyose nakoreye muri bo+?
8 Kandi ntibari bakwiye gucika nka ba sekuruza babo+,Iyaruka ry’akagagazo kandi ry’irigarariji+,Iyaruka ry’abatari barateguye umutima wabo+,Kandi umutima wabo ntube umwizigirwa ku Mana+.