Abanyefeso 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 ari ryo ry’uko abanyamahanga bobaye ba samuragwa mu bandi bakaba n’ibihimba bisangiye umubiri+ be n’abasangira natwe wa muhango+ mu bumwe na Kristu Yezu biciye ku nkuru nziza. Abaheburayo 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko ibi bidashoboka: ku bijanye n’abamurikiwe rimwe rizima+, bagahonja ya ngabirano ya gusa yo mw’ijuru+, bakaba abasangiye impwemu nyeranda+, Abaheburayo 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo nimba mutaronka kwa gutozwa indero bose basangira, mu vy’ukuri muri ibivyarwa+, ntimuri abana.
6 ari ryo ry’uko abanyamahanga bobaye ba samuragwa mu bandi bakaba n’ibihimba bisangiye umubiri+ be n’abasangira natwe wa muhango+ mu bumwe na Kristu Yezu biciye ku nkuru nziza.
4 Kuko ibi bidashoboka: ku bijanye n’abamurikiwe rimwe rizima+, bagahonja ya ngabirano ya gusa yo mw’ijuru+, bakaba abasangiye impwemu nyeranda+,
8 Mugabo nimba mutaronka kwa gutozwa indero bose basangira, mu vy’ukuri muri ibivyarwa+, ntimuri abana.