Kuvayo 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko abantu baja mu vyo gutonganya Musa, ngo+: “Duhe amazi tunywe.” Mugabo Musa ababwira ati: “Kubera iki muntonganya? Kubera iki muguma mugeza Yehova+?”
2 Nuko abantu baja mu vyo gutonganya Musa, ngo+: “Duhe amazi tunywe.” Mugabo Musa ababwira ati: “Kubera iki muntonganya? Kubera iki muguma mugeza Yehova+?”