Abalewi 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze Musa abwira Aroni ati: “Egera igicaniro uhereze ishikanwa ryawe ry’igicumuro+ be n’ishikanwa ryawe riturirwa, utange impongano+ ku bwawe no ku bw’inzu yawe; kandi uhereze ishikanwa ry’abantu+, ubatangire impongano+, nk’uko Yehova yategetse.” Abalewi 16:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Kandi Aroni aze ashikirize ya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro itangwa ku bwiwe+, atange impongano+ ku bwiwe+ no ku bw’inzu yiwe+. Malaki 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko iminwa y’umuherezi ari yo ikwiye kugumya ubumenyi, itegeko rikaba ari ryo abantu bakwiye kuronderera mu kanwa kiwe+; kuko ari we ntumwa ya Yehova nyen’ingabo+.
7 Maze Musa abwira Aroni ati: “Egera igicaniro uhereze ishikanwa ryawe ry’igicumuro+ be n’ishikanwa ryawe riturirwa, utange impongano+ ku bwawe no ku bw’inzu yawe; kandi uhereze ishikanwa ry’abantu+, ubatangire impongano+, nk’uko Yehova yategetse.”
6 “Kandi Aroni aze ashikirize ya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro itangwa ku bwiwe+, atange impongano+ ku bwiwe+ no ku bw’inzu yiwe+.
7 Kuko iminwa y’umuherezi ari yo ikwiye kugumya ubumenyi, itegeko rikaba ari ryo abantu bakwiye kuronderera mu kanwa kiwe+; kuko ari we ntumwa ya Yehova nyen’ingabo+.