Abaheburayo 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko vyibonekeza neza yuko Umukama wacu yamutse kuri Yuda+, umuryango Musa ata na kimwe yawuvuzeko ku vyerekeye abaherezi.
14 Kuko vyibonekeza neza yuko Umukama wacu yamutse kuri Yuda+, umuryango Musa ata na kimwe yawuvuzeko ku vyerekeye abaherezi.