Abalewi 16:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova abwira Musa ati: “Barira Aroni mwene wanyu, ntaze arinjira ibihe vyose ha hantu heranda+ inyuma y’irido+, imbere ya wa murumyo uri kw’Isandugu, kugira ntapfe+, kuko nzoseruka mu gicu+ hejuru ya nya murumyo+. Abaheburayo 9:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Eka mbere si kugira ngo aze arishikana kenshi, nk’uko vy’ukuri umuherezi mukuru yinjira ahantu heranda+ uko umwaka utashe+ afise amaraso atari ayiwe.
2 Yehova abwira Musa ati: “Barira Aroni mwene wanyu, ntaze arinjira ibihe vyose ha hantu heranda+ inyuma y’irido+, imbere ya wa murumyo uri kw’Isandugu, kugira ntapfe+, kuko nzoseruka mu gicu+ hejuru ya nya murumyo+.
25 Eka mbere si kugira ngo aze arishikana kenshi, nk’uko vy’ukuri umuherezi mukuru yinjira ahantu heranda+ uko umwaka utashe+ afise amaraso atari ayiwe.